Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Umuririmvyikazi Spice Diana yahakanye ivy’ukuryamana na Weseal

Umuririmvyikazi Diana yamenyesheje ko ubucuti afitanye Weseal buhagaze Ku gikorwa c’umuziki gusa. Imbere yuko Radio yitaba Imana, ngo hoba hari icuka kitari ciza hagati yiwe na Weseal kubera umwigeme...

View Article


#indundi | Best Life yoba ifungiwe mu bugande kubera amadeni

Amadeni abasore bagize umurwi Best life bafise muri Uganda ngo yoba ariyo yabaviriyemwo ukutagaruka I Bujumbura. Umurwi Best life ngo woba ufungiwe mu gihugu ca Uganda aho bamaze igihe bari bajanywe...

View Article


Ifoto ya Masterland na Nella ntiriko ivurwako rumwe

Masterland yashize ahabona ishusho arikumwe n’inkumi, abamukurikirana ntibahuriza kuco yariko arakora. Uguhuriza Ku ciyunviro 1 ntibiriko birakunda kuri Bose. Abo batariko barahuza n’abakunzi...

View Article

Video | Sat-b yasubiriye gufasha umwigeme mu bikorwa vy’ukuririmba

 Sat-b ngo yahezagiye ibikorwa vya Esther Nish, umwigeme yasubiyemwo akaririmbo yiwe Feel Love. Akaririmbo Feel Love ka Sat-b katanguye gusubirwamwo n’abakunzi bako karirimbo. Umwe mu babashije...

View Article

Diamond Platnumz yasavye imbabazi bikomeye

Diamond yasavye imbabazi, kandi asaba ko nyina atovangura abuzukuru afise naho abakazana bo atabemera bose. Diamond platnumz n’akababaro kenshi yasavye aciye ku rubuga rwa Instagram umuvyeyi wiwe...

View Article


Ivya Girlfriend ya Sat-b vyahindutse, ntikibonetse

Sat-b yemereye abakunzi b’ibikorwa vyiwe indirimbo izoza ikomeye kandi ibashika Ku mutima gusumba Girlfriend, kuko yo ngo yatumutse nk’ifu y’imijira. Abari biteze akaririmbo Girlfriend ngo nibihangane...

View Article

Dj Bisoso ntabibona kumwe n’abashira abakobwa bambaye ubusa mu masanamu...

Dj Bisoso ngo ivy’ukwerekana abakobwa bari gusa mu masanamu nta gaciro bitanga, kanatsinda ngo biranatuma imiryango imwe imwe ikwugarirako kuko hari aho udashobora kwinjira. Sakubu Hassan azwi cane nka...

View Article

Apollinaire agiye gusubira guteramisha abari mu Rwanda

Apotre Appolinaire agiye gusubira kandi i Kigali mu Rwanda mu giteramo yatumiwemwo, ico giteramo akaba azogikorera muri Serena Hotel.  Amakuru dukesha ikinyamakuru Inyarwanda co mu gihugu kibanyi...

View Article


Umugore wa Alikiba yoba yariko agerageza kunyegeza inda afise

Umutambukanyi wa Alikiba ngo yoba yari yagerageje kunyegeza imbanyi afise, ariko impuzu yari yambaye ntiyamukundira. Mu gihe Alikiba yariko yifuriza isabukuru nziza imwe mu ncuti ziwe, abakunzi...

View Article


#Diaspora|Kunda Uburundi By Les Jumeaux Music Club

1,266 total views, 0 views today

View Article

Ukuri kw’iguma rya Bestlife muri Uganda kwamenyekanye

Ukuguma kwa Best Life music mu gihugu c’Ubugande ngo ntivyakozwe n’abavurwa ko boba bari bafitiwe amadeni, ahubwo hari mu nzira z’imyiteguro y’igikorwa gishasha. Mu gihe basa n’abari mu gacerere mu...

View Article

Agacerere Elly’s Boy yahoramwo, kazovamwo indirimbo isumba “Siwezi”

Elly’s boy ngo ntazokorana na Big Fizzo indirimbo 1 gusa, ahubwo yakoranye nawe indirimbo 2. Navyo akabitangira insiguro. Uwuri mu gacerere ngo ntaba yahagaritse ibikorwa, ahubwo ngo aba ariko yitegura...

View Article

Abakunzi b’ibikorwa vya Vichou Peace and Love bitege igikorwa yakoranye na...

Vianney Vichou ngo akaririmbo yakoranye na Lady jaydee kazoshirwa ahabona, bikunze, mu kwezi kw’umunani. Mu kwezi kw’umunani hari akaririmbo ka Vianney Vichou ngo kazoja ahabna, ako kakazoba ari ako...

View Article


Ukuri ku rukurukuru rw’iyirukanwa rya Mavoko muri Wasafi

Inyuma y’ukutaboneka kwiwe mu mashusho yerekana Reality show ya WCB izosohoka, abantu batanguye kwibaza ko uwo muririmvyi yoba yirukanywe muri uwo murwi. Mu gihe hari urukurukuru ko umuririmvyi Rich...

View Article

Miss Erica yidoga avuga ko asa n’umwana umuryango watereranye

Miss Erica avuga ko asa n’umwana umuryango watereranye, ariko agasaba abakunzi b’ibikorwa vyiwe kudacika intege ngo uko bizogenda kwose imbere ngo ni heza. Inyuma ya Sat-b kumenyesha ko akaririmbo kiwe...

View Article


Bobona ati inyuma ya Martina hakurikiyeho Vichou

Bobona na Vichou ngo bagiye gushira ahabona akaririmbo, Bobona agasaba abakunzi biwe kubandanya baguma hagufi yiwe. Mu gihe abarizwa i Bujumbura, umuririmvyi Bobona asanzwe akorera ibikorwa vya misi...

View Article

Inyuma ya Big Fizzo, Bantu bwoy Ent igiye gusohora akaririmbo ka Double jay

Inyuma ya Big Fizzo, The Bantu bwoy Ent bagiye gushira ahabona akaririmbo gashasha k’umuririmvyi Double jay, Kiswe uri Special. Inyuma y’igihe hari agacerere ku ruhande rw’umunyagitega, Double Jay,...

View Article


Diamond yikoze mu gahogo akorana n’umunyamerikakazi Miri Ben-ari

Akandi karirimbo ka Diamond kashizwe ahabona, ako akaba yakise Baila, agakorana n’umunyamerikakazi Miri ben-ari. Mu gihe Diamond Platnumz abarizwa muri leta zunze ubumwe za amerika muri kino gihe, uwo...

View Article

Kidum abarizwa I Bujumbura ariko mu bikorwa bitari ivy’umuziki

Kidum yoba yarashatse kwumvikanisha Big fizzo na Sat-b ariko ngo vyoba bitagenze neza kuko akanya kamubanye gato.  Nimbona Jean Pierre benshi bazi nka Kidum abarizwa I Bujumbura. Uwo mwanditsi...

View Article

Uruhagarara mu bagore ba Diamond rwasubiye kureta

  Rwasubiruye guhagarara mu bagore ba Diamond, zari na Hamissa. Aho umwe yakose mu jisho mugenziwe mu kumukina kumuvyimba, amubwira ko Diamond yamwihakanye. Akoresheje urubuga rwa Instagram, Diamond...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live