Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

#indundi | Amasanamu y’indirimbo Step on my enemy ya JIJI Seven agiye...

Indirimbo imwe mu zigize urukurikirane He knows me rwa Jiji Seven igiye gusohorerwa amasanamu.  Indundi Indirimbo nshasha y’umuririmvyi Jiji Seven ngo iriko irahinyanyurirwa amasanamu nkuko we nyene...

View Article


#indundi | King James ngo Nturare utabivuze

Indirimbo Nturare utabivuze ya King James ngo yashizwe ahabona ikaba iri ku rukurikiranerugira gatanu. Indundi Ruhumuriza james benshi bazi nka king James yashize ahabona indirimbo yiwe nshasha yakozwe...

View Article


#indundi | Big zoe ngw’aba yacitse umurovyi mu biteramo bimwe bimwe

Big zoe ngo aba ar’umurovyi w’abantu iyo ari mu biteramo vy’abadakijijwe. Indundi Mu gihe Big Zoe akunze cane kuboneka mu biteramo bitandukanye vyaba ivy’ugushma Imana canke ivy’ukwiryohera bisanzwe...

View Article

#indundi New Music|Usibaki Kimya By Floris Ft Kingorongoro

Usibaki Kimya By Floris Ft Kingorongoro 173 total views, 173 views today

View Article

#indundi New Music|Karibu By Jay Fire Ft Mr Champagne

Karibu By Jay Fire Ft Mr Champagne 839 total views, 839 views today

View Article


#indundi New Music|Ntare By Master Bk

Ntare By Master Bk 1,297 total views, 1,297 views today

View Article

#indundi New Music|S’isi By Bizos Ft Alan Kiss

S'isi By Bizzos Ft Alan Kiss 2,413 total views, 2,413 views today

View Article

#indundi New Music|Ubuzima By Abagarukirakaranga , Sat-B, Jiji-7,Tchotcho...

Ubuzima By Abagarukirakaranga feat Sat-B Jiji-7 Tchotcho Wawa Mr Champagne 5,239 total views, 5,239 views today

View Article


#indundi | Kidum azokorana ibiteramo na Yoya na Fizzo mu bwongereza

Glasgow na Manchester nivyo bishikiriwe kwakira kidum muri ino mpera y’indwi, aho azoba arikumwe na Yoya, Fizzo na Kitoko. Indundi Inyuma y’ibiteramo Kidum yakoreye Birmingham hamwe na Converty,...

View Article


#indundi |Iyindi ndirimbo ya Sat-b arikumwe na Nizzo Kaboss igiye gusohoka

Indirimbo nshasha ya Sat-b afadikanije na Nizzo kaboss iriko irakorwa na Pastor P mu gihugu c’urwanda. Indundi Inyuma yaho amenyeshereje ko agiye gushira ahabona amasanamu y’indirimbo African Girl,...

View Article

#indundi | Mavoko musi y’uburongozi bwa label Wasafi ya Diamond Platnmuz

Uno musi niho hemerwa ku mugaragaro ko agiye kuba musi y’uburongozi bwa Label ya Diamond Platnumz ariyo Wasafi Classic. Indundi Mu gatondo ko kuri uyu wa 2 ruheshi(6) mu nyubakwa za Wasafi Classic niho...

View Article

#indundi | Dr Claude buca ashira ahabona amasanamu y’indirimbo ari mu giswahiri

Indirimbo nshasha iri mu rurimi rw’igiswahiri y’umuririmvyi Dr. Claude niyo iriko irakorwa amasanamu n’umuhinyanyuzi Black Arthur. Indundi Indirimbo nshasha y’umuririmvyi Dr. Claude ngo iriko...

View Article

#indundi | H.Famba ngo abaririmvyi bari bakwiye kutagira amasoni

Igikorwa c’ugukora ibiteramo vy’ugushira ku mugaragaro amsanamu y’indirimbo ngo kiriko kiriko kirasubirwamo na bamwe bamwe mu baririmvyi kandi ni vyiza. Indundi Happy Famba ngo igikorwa c’ugukora...

View Article


#indundi | Abakozi b’Imana ngo baratahuye kw’ingabire zose zitangwa n”Imana

Abakozi b’Imana bubu ngo baratandukanye nabo mu myaka iheze kuko bamaze gutahura ku kijanye n’ingabire ko zose zitangwa n’Imana. Indundi Abakozi b’Imana bo mu mashengero atandukanye i Burundi ngo...

View Article

#indundi | Floris ari mu rukundo n’umuzungukazi

Inyuma y’igihe kirenga umwaka Floris yemeye ko asigaye ari mu rukundo n’umuzungukazi. Indundi Umuririmvyi Floris Pro aheruka gushira ahabona afashijwe n’imboneshakure Indundi Tv ko asigaye arikumwe...

View Article


#indundi | Ugufasha abana nico Platini yashize imbere mu giteramo azokora

Platini agiye gukora igteramo aho icivugo azoba ari Dufashe abana(Helph Children). Indundi Nkuko vyama buri mwaka, umuririmvyi Platini yasubiriye kandi gutegura igiteramo aho yiyegereza abakunzi...

View Article

#indundi New Music|Nawasha Fire By Dj Michel

Nawasha Fire By Dj Michel 93 total views, 93 views today

View Article


#indundi New Music|Uranyuzuza By Kolly the magic & Giza

Uranyuzuza By Kolly the magic & Giza 2,974 total views, 2,974 views today

View Article

#indundi New Music|Waramubeshe By Dj Michel Ft Cycy Gaga Blue

Waramubeshe By Dj Michel Ft Cycy Gaga Blue 243 total views, 243 views today

View Article

#indundi | Dogo A-Khaled azoshigikira abazotsinda muri Tambira amahoro

Yaba uwuzoba yatsinze canke atatsinze muri mw’ihiganwa Tambira amahoro ngo bose bafise ingabire zidasanzwe. Indundi Kubwa Dogo A Khaled ngo ubuntu burihabwa, ngo abatamba mw’ihiganwa Tambira mahoro ni...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live