Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Akaririmbo ka Bobona n’umutariyanokazi kahavuye gashirwa ahabona.

Akaririmbo Bobona yakoranye n’umutaliyanokazi Martina kahavuye gashirwa ahabona kuri uyu wa 5 igenekerezo rya 15 mukakaro ku rubuga rwa Vevo. Inyuma y’igihe kirekire akaririmbo karindiriwe n’abatari...

View Article


#indundi Weekly Music | Top5 Week 25

  1. WARI IKIROROGE by Titus da Sailor     2. Tungi by T Max Mwanajeshi FT MR NAY       3. Mon Amour by Miss Erica     4. Sinkibona Abandi by Sosthène ft Yves Kolly Pim Burundian Hiphopstylife   5....

View Article


Akandi karirimbo ka Mirror Team kagiye ahabona

Ngumizayo niko karirimbo gashasha k’umurwi Mirror Team, ako kakaba gasohotse inyuma ya Dododo kaheruka gusohoka haraheze amezi 2. Inyuma y’amezi 5 gusa umurwi Mirror Team usohoye amasanamu y’akaririmbo...

View Article

Lolilo yavuze igitumye indirimbo yakoranye n’umunya Angola itevye gusohoka

Ikiyago kiriko kiraba hagati ya management ya Lolilo n’iya Brevo ngo hamenyekane igihugu bazofatira amasanamu y’iyo ndirimbo, nivyo bitumye iteba gusohoka. Akaririmbo Brevement ka Lolilo na mugenziwe...

View Article

Big Fizzo agiye gusubira mu gihugu c’Urwanda

Big Fizzo inyuma y’igihe adahonyoza ikirenge i Kigali mu rwanda, uwo mwanditsi w’indirimbo “Ni wewe” agiye gusubi kubonana n’aba fans biwe basanzwe baba mu Rwanda muri uku kwezi kw’umunani. Mu gihe...

View Article


Ukuri kwi foto ya Sat-b asomana na Belle Nice kwoba ar’ukuhe?

Muri amwe mu mashusho amaze imisi ahererekanwa ku mbuga ngurukanabumenyi cane, harimwo ishusho yabonetse yerekana umuririmvyi Sat-b ariko asomana n’umwigeme Belle Nice akunze cane kuboneka muri ino...

View Article

#diaspora | Kijanya yakuyeko ubusage

Abahora bamuzi afise ubusage -Dredrocks- ntibomumenya bahuye, kuko ubu umwanditsi w’uturirimbo twashitse ku nyota abatari bake -Kijanya- yamaze gukurako ubwo busabe bwari bumaze igihe. Nkuko vyabonetse...

View Article

King Plata yavuze ku kahise na kubu mu bunyamwema bwiwe

King Plata avuga ko ivy’ukuronka umukunzi, ukwiyakira mu bagenzi n’incuti, ukwemerwa kw’ishure ngo bitamugoye cane, naho agendana uburwara bw’urukobwa bita mu kinyamazuru “Albinisme”. Mu gihe abandi...

View Article


Imyaka Zari asumba Diamond Platnumz yamenyekanye

Ata guhigimanga, Zari The Boss lady yavuze imyaka y’amavuko, basanga asuba uwahoze ari umukunzi wiwe iyitari mike. Zarinah hassan benshi bazi nka Zari the Boss Lady yaraye yemeje imyaka y’amavuko...

View Article


Titus Da Sailor niwe yatahukanye ikibanza c’ukwezi

Inyuma y’aho ururirimbo rwiwe rumariye incuro zitatu ruba urwa mbere muri top5 ya Indundi Magazine rwamushikanye kuba umuririmvyi w’ukwezi  kwa Rusama, ururirimbo yise WARI IKIROROGE gutyo rusubirira...

View Article

Fally Ipupa aritezwe mw’ishirwa ahabona ry’indirimbo yakoranye na Natacha

Fally Ipupa agiye kugaruka i Bujumbura aho azoba azanywe n’ishirwa ku mugaragaro ry’amasanamu y’akaririmbo yakoranye na Natacha Ngendabanka. Mu gihe abarundi  cane cane abakunzi b’ibikorwa vya Natacha...

View Article

Babijoux Bonfils agiye gushira ahabona iyindi ndirimbo nshasha

Akandi karirimbo gashasha ka Bonfils kagiye kwumvikana gaherekejwe n’amasanamu yako mu ntango z’ukwezi kw’7. Mu gihe indirimbo yaheruka gushira ahabona ari iyo yakoranye n’umuririmvyikazi w’umunya...

View Article

#indundi | Top 20 Monthly Music

Muri uku kwezi kwa 6 naho nyene hashizwe ahabona uturirimbo 20 aritwo tuzokorwamwo akaririmbo k’ukwezi, kazoza gasimbura Wari ikiroroge ka Titus gaheruka gutorwa ngo kabe akaririmbo k’ukwezi kwa 6....

View Article


Hamenyekanye ico ubucuti bwa Diamond Platnumz na Huddah Monroe buhagazeko

Huddah Monroe ngo nta kidasanzwe ahuriyeko na Diamond Platnumz, akongerako ko be nawe bazinanye imbere yuko amenyana na Zari the boss uwahoze ari umukunzi wa Diamond.   Ubucuti buri hagati ya Diamond...

View Article

Uwundi mwigeme ariko akora ibikorwa inka mu muziki ndundi, Fofo Favie

Fofo ashigikiwe na bagenziwe bo muri Redemption Voice ariko aratera iyindi ntambwe muri ico gikorwa ciwe c’umuziki. Akandi karirimbo gashasha kavuye ku muririmvyikazi Fofo Favie asanzwe abarizwa mu...

View Article


Gn Nephew yoba ariko arategura gushira ahabona igikorwa gishasha

Gn Nephew ntashima gushikiriza ko hari ikiriko kirakorwa mu gihe abona ko ata gifadika arashikako, ariko amakuru twaronse nuko hari bishasha vyoba biriko birakorwa. Uturirimbo dushasha ngo twoba turiko...

View Article

Lolilo yatanguye kuvurwa mu binyamakuru mu gihugu ca Angola

Verbo na Managemt yiwe bavuga ko igikorwa bahuriyeko na Lolilo kizoshirwa ku mugaragaro aho bukera igenekerezo rya 29 ruheshi. Aho bukera igenekerezo rya 29 uku kwezi nyene ngo nihp hazoshirwa ku...

View Article


Ivya Harmonize na Sarah vyafashe iyindi ntumbero

Harmonize ngo yaraye yambitse Sarah umukunzi wiwe w’umu taliyanokazi impeta. Ivya Harmonize n’umukunzi wiwe Sarah vyafashe iyindi ntumbero abantu batari biteze, kuko ubu ngo biteguye kurushinga, kuko...

View Article

Dudu asaba gusubirizwa mu nkoko

Dudu T. niyukuri nawe ati hari ivyo ntazi nanje ndashaka kubimenya ngo mbe nk’abandi, ivyo uwo muririmvyi aheruka kubishikiriza ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Mu gihe yariko atera amashurwe akaririmbo...

View Article

Jaydee na Big Fizzo bakoranye akaririmbo kavugamwo ivy’urugo yigeze kuba afise

Akaririmbo Big Fizzo na Jaydee bariko barakorana ngo karimwo amajambo avuga Jaydee ubwiwe. Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 29 ruheshi niho hamenyekana ko hari igikorwa kiriko kirakorwa hagati ya Lady...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live