Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Natacha yakiriwe nk’umunyecubahiro mu ntara ya Makamba

Umuririmvyiazi Natacha yakiriwe nk’umunyecubahiro mu giteramo aheruka gukorera mu ntara ya Makamba. Itangura ry’urugendo ruzomushikana mu ntara zitandukanye z’aha Iwacu ryagenze neza. Intara ya Mbere...

View Article


Miss Erica ngo ariko ategura bishasha

Ikindi gikorwa gishasha kiva kwa Miss erica gishobora kuba kiri mu nzira nkuko yabishikirije ku rubuga rwiwe rwa Facebook.  Umuririmvyikazi Erica Irakoze bensho bazi nka Miss Erica yashize hanze ku...

View Article


Mkombozi avuga ko Imana yamugize Umuhanuzi w’isi

Mkombozi ngo ntiyiteze guhaarika uguhanura kubera aba fans, ahubwo ngo agiye gukomeza acen, kuko agiye guhanura Isi yose ubu. Mkomboz ngo hari abagize igihe bamwandikira bamubwira ko ubu...

View Article

B Face ntabibona kimwe n’abaharura Big Fizzo muba Rappeur

B Face abona ko Big Fizzo atoharurwa muba Rappeur naho azi kuwukora kandi rimwe na rimwe ngo akozako ukuboko. Big Fizzo ngo ntaharurwa muba Rappeur, ivyo biheruka ushikirizwa na B Face mu kiyago...

View Article

Diamond yasubiye mu minwe y’igipolisi

Diamond Platnumz ku musi w’ejo yaraciye mu minwe y’igipolisi ngo abazwe ivy’ama Video yashize ku rubuga rwa Instagram aganisha mu busambanyi. Ku musi w’ejo umuririmvyi Diamond ngo yari mu minwe...

View Article


#indundi | Ubucuti bwa Thity Love na Cown bwakuwemwo ikintu

Thity Love yavuye mu gacerere akora akaririmbo yise Come Closer yakoranye na Crown Rema. Inyuma yaho humvikanye amakuru ko umuririmvyi Thyti Love yoba ariko arategura gushira ahabona karirimbo...

View Article

Yvonne Chakachaka aritezwe i Kigali

Umuririmvyikazi w’inararibonye muri Afrika Yvonne chakachaka aritezwe i kigali aho azoba yitabiriye igiteramo c’ugushira ahabona urukurikirane rushasha rw’umuririmvyi KNC. Imisi isigaye iharurwa ku...

View Article

Sat-b kuba ariko yerekanwa kuri Trace Mziiki ashimira Light Entertaiment Co

Sat-b ngo arashimira Light Entertaiment Co kuba yabashije kumusgikira mu gushikana umuziki ndundi ahantu heza. Sat-b umunezero ni wose kuba uno musi ashikanye aheza umuziki ndundi nkuko abishikiriza ku...

View Article


#diaspora | Steven yasubiye guhura n’umuryango, inyuma y’imyaka irenga 3...

Inyuma y’imyaka irenga 3 batabonana, Steven Sogo yahavuye asubira guhura n’umuryango wiwe muri Amerika iyo yasuhukiye. Abicishije ku rubuga rwiwe rwa Facebook, umuririmvyi Kaka Boney yamenyesheje ko...

View Article


Big Fizzo mu kibanza ca 3 muri Top 10 ya Trace Mziki

Big Fizzo n’indirimbo ziwe zibiri ziheruka gushirirwa ahabona amasanamu, ariko akora ibitangaza haba ku mbuga ngurukanabumenyi co kimwe no mu mboneshakure mpuzamakungu. Mu gihe akaririmbo kiwe kamaze...

View Article

#diaspora | Babbi ngo akazi kw’isohorwa ry’amasanamu mashasha gasiga ku...

Babbi ngo akazi ngo gasigaye mu minwe y’umuhinyanyuzi, kuko ugufata amasanamu vyamaze kurangira.   Mu gihe yaheruka kutumenyesha ko ari mu nzira yerekeza muri kimwe mu bisagara bikomeye vyo muri...

View Article

#indundi Music|Imihari By Fabilove

2,880 total views, 0 views today

View Article

#indundi Music|Come Closer By Thity Love Ft Crown Rema

936 total views, 0 views today

View Article


#indundi Music|Allah By Chris Biz

1,722 total views, 0 views today

View Article

#indundi Music|Mbarira By Ommy James Ft Chris Biz

2,144 total views, 0 views today

View Article


Uturirimbo dushasha twa Lolilo tugomba gususa n’utwaho hambere

Uturirimbo tubiri Lolilo yashiriye ahabona amasanamu, dusa n’utwo yari yararirimvye muri kahise. Mu gihe yaheruka gushira ahabona akaririmbo gashasha haraheze ikiringo kidashika ukwezi, Lolilo...

View Article

T Max buca ashira ahabona akaririmbo yakoranye na Nay wa Mitego

Akaririmbo ka T Max na Nay wa Mitego ngo buca gashirwa ahabona. Mu gihe akaririmbo tunatwanga na kupepeta kamaze amezi abiri gasohotse, T Max ariko yitegurira  gushira ahabona akandi karirimbo kiwe...

View Article


Masterland yipfuza gukorana akaririmbo na Vanessa Mdee

VMoney canke Vanessa Mdee niwe Masterland ashima gukorana nawe muri kano karere, ivyo akaba yabishikirije ku rubuga rwa Facebook ariko aganira n’abakunzi b’ibikorwa vyiwe. Mu gihe abakunzi b’ibikorwa...

View Article

Lolilo yavuze kuri Misha yari Video Queen muri Video ya Finaly

Lolilo ngo ari mu ba mbere batanguye gukoresha Dushime Misha Mu masanamu y’indirimbo, Ivyo akaba yabiyagiye Indundi magazine aho twaganira kuvy’indirimbo yiwe nshasha. Uwo muririmvyi yamenyesheje ko...

View Article

#diaspora | Kaya Free yitezwe i Montreal gushira ahabona urukurikirane rushasha

Kaya Free aritezwe i Montreal mu ntango z’ukwezi kwa 6. Akaba azokora ibiteramo 2 muri ico gisagara aho azoba aramutse yerekana urukurikirane rushasha. Igenekerezo rya 1 na 3 ruheshi muri uno mwaka mu...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live