Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Amajambo ya Sat-b kuri Facebook yakije umuriro muba Fans

Sat-b ntabonwa kumwe n’abamukurikirana kuri Facebook kubera amajambo yashikirije amenyesha ko yaguze imodoka nshasha. Amajambo Sat-b aheruka kwandika ku rubuga rwiwe rwa Facebook avuga ko aheruka...

View Article


Habonetse akandi karirimbo ka Mt Number one na Masterland

Mt Number one na Masterland basubiriye gukorana mu karimbo bise Ukwo Nyene kashiriwe ahabona amasanamu uyu musi. Inyuma y’akaririmbo Mi wife ka Mt Number one na Masterland, abo baririmvyi uko ari...

View Article


#Indundi Music|Ni wewe By Big Fizzo

1,080 total views, 0 views today

View Article

Amasanamu ya Ni wewe ya Big Fizzo yahavuye asohoka

Inyuma y’igihe ako karirimbo karindiranywe igishika n’abakunzi b’ibikorwa vya Big Fizzo, kahavuye gashirwa ahabona. Ako karirimbo nako ni “Ni wewe” yaheruka kumenyesha igihe kazoshirirwa ahabona. Ako...

View Article

#indundi song of the Month Top 20

1,064 total views, 0 views today

View Article


Umutambukanyi wa Chameleon yibarutse inyuma y’ukwifotoza ari gusa

Chameleon n’umutambukanyi wiwe bibarutse umwana wabo wa 5 kuri uyu wa 4 igenekerezo rya 5 ndamukiza mu gihugu c’ubwongereza. Daniella Atuma Mayanja hamwe  Dr Jose Chameleon uno musi mu gito ndo niho...

View Article

#diaspora | Kaddy ngo niwe muririmvyi wa Hiphop yerekana akaranga k’igihugu

Akaranga k’Uburundi ngo niko kamuranga Kaddy Simba. Ivyo biheruka gushikirizwa n’umwe mu ba fans biwe. Bugingo akirindiriye ko akaririmbo kiwe gashasha gasohoka, Kaddy yanditse ku rubuga rwiwe rwa...

View Article

Big Fizzo yavuzweko ibikomeye na Marembo mugenziwe aba muri USA

Iciyumviro ca Big Fizzo c’ugukora Label ngo yaragikunze cane gose, ariko ngo kubwiwe yari yaratevye naho ikintu cose kigira igihe caco. A post shared by 👑MAREMBO👑®🇧🇮 (@iammarembo) on Mar 6, 2018 at...

View Article


Ibi nivyo abagizi ba nabi baheruka gukorera B Face

B Face ngo umugambi yarafise wari uwo gusohora akaririmbo Impamvu kajanywe n’amasanamu, ariko abagizi ba nabi bagasohora hataragera. Akaririmbo Impamvu ngo ntihari bwagere ko gasohoka, ariko ngo...

View Article


#indundi Music| Isabukuru By Bar-C Ft Keza Shan

10,662 total views, 0 views today

View Article

#indundi Weely Music | Top5 Week 14

1. Nkunda Ngukunde By Chonge X Arnovic | Downloads(830) | Played(3250)  2.Kweti Kweti by Frank Duniano Ft Sat B |  Downloads(1630) | Played(5358) 3.Sabwe By Masterland | Downloads(1054) | Played(3718)...

View Article

#diaspora | Kaddy na Chonge nabo bafashe akarere

Kaddy Simba na Chonge p nabo binjiye muri Top5 ya Indundi Magazine y’iyi ndwi inyuma ya Daddy Face mu ndwi iheze. Nkuko tugize igihe tubamenyesha uko umuziki w’abarundi bari mu mahanga uhagaze,...

View Article

#diaspora | Bobona na Martina wo muri Italy bariko bategura ivyiza

Imisi isigaye ngo akaririmbo “Inyishu” Bobona yakoranye na Martina umuririmvyikazi wo muri Italy isohoke, iharurwa ku ntoke. Imisi isigaye ngo akaririmbo gashasha ka Bobona kashirwe ahabona, ngo...

View Article


Abarundikazi ngo bitwara nabi nico gituma batizerwa n’amashirahamwe

Iry tina yibaza igituma abaririmvyikazi batizerwa n’amashirahamwe kuko biri mu bindi bihugu, abakunzi bati n’uko benshi murimwe mwitwara nabi. Mu gihe abahungu ngo baguma babandanyabizerwe...

View Article

Ivya Wizkid na Davido i Bujumbura vyamenyekanye

Ibiteramo bigize igihe bivurwa ko bizobera i Bujumbura vy’abaririmvyi Davido na Wizkid bakomoka muri Nigeria ngo sivyo na gato. Uwutaravye neza, yokwibaza ko vyukuri arivyo. Ivyo tuvuga n’ibiteramo...

View Article


#diaspora | Babbi agiye gukorera amasanamu muri California

Babbi agiye gukorera amasanmu muri California muri leta zunze ubumwe bwa amerika. Muri California niho umuririmvyi Babbi agiye gukorera amasanamu mashasha mu misi iza azoshira ahabona, Ivyo...

View Article

Natacha yatanze ngo hatuzwe ingeso mbi zivurwa mu bigeme baja mu muziki

Natacha asaba abavyeyi gushigikira abana babo bafise ingabire z’ukuririmba, ngo kugira izo ngeso mbi bavuga bajamwo ntibazijemwo. Mu gihe Natacha yari yahamagaye abamenyeshamakuru ngo abayagire...

View Article


#diaspora | Fortran Bigirimana yashize ahabona akaririmbo “Un Jour dans tés...

“Un jour dans tés Parvis” niko karirimbo gashasha Fortran Bigirimana aheruka gushira ahabona.  Zimwe mu ndirimbo zizoba zigize urukurikirane rw’umuririmvyi Fortran Bigirimana, zibandanya gushirwa...

View Article

Spok’s ngo ibikorwa bishasha vyiwe ngo bigiye kuboneka

Acishije ku rubuga rwa Facebook,. yamenyesheje abakurikirana ibikorwa vyiwe ko yatanguye ifatwa ry’amasanamu y’uturirimbo Burundi na Ndakumbuye Iwacu. Mu gihe yaragize igihe asa n’uwuri mu gacerere,...

View Article

#indundi | Iry Tina buca yerekeza mu bufaransa

  Iry Tina agiye kwegera igihugu c’ubufaransa neza neza ahitwa Toulouse kuhakorera igiteramo. Mu gihe yaheruka muri Coree mw’isabukuru yari yatumiwemwo, umuririmvyikazi Iry Tina akaba agiye gukorera...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live