#indundi Music|Nkunda Ngukunde By Chonge X Arnovic
[audio_id 233315 3,004 total views, 0 views today
View ArticleZari yoba yaraburiwe ivya Diamond ntiyabiha agaciro
Diamond platinumz ubwiwe ngo yibwirira abakobwa ivy’abamwo mu mu buzima bwiwe bw’umuziki imbere yuko bagiriranira ubucuti bukomeye. Diamond Platinumz ngo yoba yaraburiye Zari imbere yuko bagiriranira...
View ArticleUwundi mukenyuro mushasha kuri Chany Queen
Ibikorwa bishasha biva kuri Chany Queen bigiye gushirwako ahabona. Ivyo akaba ari amasanamu y’akaririmbo “Igihemu”. Inyuma y’igihe kirekire hataboneka amasanamu y’akaririmbo ka Chany Queen, uwo...
View ArticleDiaspora | Akaririmbo Contralla ka Gn Nephew na Young Spit kasohorewe amasanamu
Gn Nephew na Young Spit bashize ahabona akaririmbo kabo bise “Controlla” aho bagaruka ku buzima bw’urukundo. Abasore babiri, Eric Niyo azwi nka Young Spit hamwe na Gerald Ndayi azwi nka Gn Nephew bose...
View ArticleAkaririmbo ka Kera “Mubarira” gaheruka gukorerwa masanamu
Inararibonye Gerard Ndihokubwayo yashize ahabona amasanamu y’akaririmbo “Mubarira” aheruka gusubiramwo. Mu gihe inararibonye zitari nke mu Muziki ndundi zirimwo iza mu mirwi ndangakaranga ikomeye mu...
View ArticleMt Number one yipfuje gufasha abafise ingabire z’ugutamba (Dancers)
Akaririmbo gashasha ka Mt Number one mu misi ya Vuba ngo karashirwa ahabona. Ako kakaba ngo kazozanana n’amasanamu y’ako nkuko MT number one yabiyagiye indundi Magazine. Muri ico kiyago caturutse Ku...
View Article#Breaking news | Kidum ararusimvye
Imana yakinze, Kidum yariye isumu ariko abagenzi biwe bamusimbana kwa Muganga. Nimbona jean Pierre benshi bazi nka Kidum ararusimvye, Akaba yikeka ko ashobora kuba yari ahawe isumu. Ivyo akaba ahejeje...
View ArticleIvy’akaririmbo gashasha ka Big Fizzo vyamenyekanye
Akaririmbo gashasha ka Big Fizzo niko gashobora gutangurira izindi muri The Bantu Bwoy Ent. Mu gihe baheruka kumenyesha ko hataramenyekana uwuzotangura gushira ahabona akaririmbo muri The Bantu Bwoy...
View ArticleDiaspora | Jiji Seven buca ashira ahabona akaririmbo gashasha
Akaririmbo gashasha ka Jiji Seven ngo kagiye gushirwa ahabona, ako karirimbo co kimwe n’uwo bazogakorana yabigize ibanga. Inyuma y’imyaka 3 adashira ahabona akaririmbo na kamwe, umuririmvyi Jiji...
View Article#indundi | Kidum ngo arabizi ko adakundwa na bose
Nimbona Jean Pierre benshi bazi nka Kidum ubu abarizwa mu gihugu ca kenya kuva muri kano gatondo ko kuri uyu wa gatatu igenekerezi rya 28/3. Kidum yaramaze imisi ibiri mu bitaro vya Polyclinic Central...
View ArticleBig Fizzo ashobora gusaba kubana n’umukunzi wiwe mu rugendo bakoze uno musi
Urugendo Big Fizzo n’umukunzi wiwe bakoze ku musi w’ejo, rushobora kuba urw’ukwemeranya kubana karamata. Amashusho atandukanye yarakwirakwijwe hirya no hino ku mbuga ngurukanbumenyi z’aba Fans ba Big...
View ArticleIbitari vyitezwe kuri Lolilo bigiye kuboneka mu masanamu ya ka 1
Akandi karirimbo inyuma ya Nzokudigadiga kagiye gushirirwa ahabona amasanamu. Inyuma y’akaririmbo Nzokudigadiga ka Lolilo, akandi karirimbo gashasha kagiye gushirirwa ahabona amasanamu mu misi ya Vuba....
View ArticleBidondo asaba abakunzi b’umuziki wiwe kwitegurira bishasha
Ingorane Ndubatse niko kazina k’akaririmbo gashasha ka Bidondo kazoshirirwa ahabona rimwe n’amasanamu yako. Amasanamu y’akaririmbo gashasha k’umuririmvyi Generencha Bidondo ngo mu misi ya Vuba cane...
View Article#diaspora Music | Umuziki muri Diaspora ngo urahangamye
Mu gihe haheruka gushirwa ahabona Indirimbo 20 zakunzwe cane muri uku kwezi kwa 3, Indirimbo 3 z’abaririmvyi bakorera ibikorwa vyabo mu mahanga zarabonetsemwo. Abo bakaba babonetse mu gihe abandi bo...
View ArticleBabbi ngo kwari ukugira abarundi bamenye ko ari mwenebo
Vyabaye imbonekarimwe, Ivyo bivurwa n’iririmbwa mu rurimi rw’ikirundi na Babbi. Mu kiyago gito yagiranye na Indundi Magazine, Babbi yamenyesheje ko akaririmbo “Mbwira” aheruka gushira ahabona kariko...
View ArticleRally Joe ashimira aba Fans, nabo bakamusaba bishasha
Rallye ashimira aba fans Ku bikorwa vyiza bamukorera, ariko bakamusaba ko yoraba akabakura muri iyo nyota. Ugushimira aba Fans biwe badahengeshanya kumwitaho nico Rally Joe yashikirije kuri uyu wa...
View ArticleUmwe mu bagize Masodja buca asohora akaririmbo wenyene
Inyuma y’igihe badasohora akaririmbo, umwe muri Masodja buca ashira hanze akaririmbo gashasha. Inyuma y’umwaka urenge umurwi Masodja udashira ahabona akaririmbo na kamwe, umwe muribo Ikner Sniper...
View ArticleAho bukera Big Fizzo ngo yerekana igikorwa gishasha
Big Fizzo arashira ahabona amasanamu y’akaririmbo kiwe gashasha “Ni wewe” ku musi wa gatatu. Inyuma y’ukumenyesha ko akaririmbo big Fizzo buca ashira ahabona ari Ni wewe, ako karirimbo bakanavuga ko...
View Article