Double Jay arashimira Big Fizzo kuba yaramwizeye
Ikoh yamureze muri 2017, na The Bantubwoy agiye kubamwo igihe bose Double Jay ngo abafise Ku mutima. Igikorwa gishasha ngo coba kigiye gushirwako ahabona na Bantubwoy Ent. Ico kikazoba ari ica Double...
View ArticlePlatini ntiyicaye ariko akora cane muri kino gihe
Uturirimbo rwiwe yipfuza ko twonasubira kuba utw’ukwezi nkaho hambere hahise. Indirimbo Zoom kuba yarabashije kuja muri Top5 ngo s’igitangaza kuko asanzwe akora neza. ariko mu kiyago yagiranye na...
View ArticleMpwemu yera niwe yahawe Gn Indirimbo “S’umu Superstar”
Uko abantu bazokira indirimbo ngo ivyo bibaza mpwemu yera kuko we aba yatanze ico yahawe. Aho imboneshakure indundi Tv yagendera Inzu y’ubuhinyanyuzi ya Gn, yahisemwo kuyaga nawe I y’indirimbo yiwe...
View ArticleYves Kolly ngo yasubiye Ku murimo ukuri kwamye
Ubu ibikorwa vyasubiriye gutangura ukuri kwamye kwa Kolly, aho n’inyuma y’igisida agize kigatuma ababara ku rutoke. Ibikorwa bitandukanye asanzwe akora bijanye n’uguhinyanyura canke kuvuza umuziki ngo...
View ArticleBig Fizzo ati :”Turi mu ngwano”
Big Fizzo ngo hariho abantu baterekwa iterambere rya The Bantu Bwoy Ent. Kuva The Bantu Bwoy itangura ngo ingwano bagwana n’izitari nke. Ivyo biheruka gushikirizwa na Big Fizzo ubwiwe mu kiganiro Hit...
View Article#indundi Weekly Music | Top5 Week 11
1.Vyabihe by Kolly &Juscaëlle | Download: 798 | View :2680 2.Kweti Kwetiby Frank Duniano Ft Sat B | Download: 491 | View :1113 3.Touch by Tofy Gas Ft Magic Soldier (Kingorongoro) | Download: 273...
View ArticleDiamond Platnumz ubu yakoze akumiza muri Video ya African Beauty
Muri Afrcan Beauty yakoranye na Omario, Diamond Platnumz yakoze akumiza mu gushiramwo umukobwa yambaye ubusa. Mu gihe yaheruka guhagarikirwa indirimbo mu gihugu ca Tanzania aho asanzwe avuka, Diamond...
View Article#Diaspora | Fortran Bigirimana muri BBC ati : “Mu kwezi kwa 6 nzosohora...
Abicishije mu kiganiro yahawe na BBC, Fortran Bigirimana yavuze ko murui uno mwaka buca ashira ahabona urukurikirane ruzoba ruri mu rurimi rw’icongereza. Inyuma ya Nimbona Jean Pierre benshi bazi nka...
View ArticleEmery sun ngo yarakwiye kuhabera magabo
Emery Sun ngo yarakwiye kuraba neza abamuririmbisha kuko bamwe bamutuma asubira hasi. Emery Sun aratungwa agatoke kuba atariko yitwara neza muri kino gihe. Ico kibazo kikaba giheruka gushikirizwa...
View ArticleMy Girl Freind ya Sat-b ngo izoze izananye n’amasanamu yayo
Akaririmbo My Girk Freind ngo kazoze kazananye n’amasanamu apana amajwi gusa. Ivyo bikaba bisabwa n’abakunzi b’ibikorwa vya Sat-b. Mu gihe yaheruka kubaza abakunzi b’umuziki wiwe ku rubuga rwiwe rwa...
View ArticleAkaririmbo ka Vichou na Knowless buca kabona
I Kigali mu Rwanda, Clement Manager wa Kina Music niwe ariko arahinyanyura amajwi y’indirimbo ya Vichou Love bivurwa ko azoba arikumwe na Knowless ubwiwe. Iyo ndirimbo nkuko amashusho abandanya...
View ArticleBig Fizzo ngo nawe ntazi indirimbo izotangura gusohoka
Management ya Bantu bwoy niyo izoshinga indirimbo ya 1 y’iyo Label izotangura gusohoka. Akaririmbo ka mbere ka Label The Bantu Bwoy kazobanza gusohoka ngo ntawurakamenya, Ivyo Big Fizzo aheruka...
View ArticleAkes yagirizwa na bamwe bamwe kwiba indirimbo yiwe nshasha yise “Umuvumvyi”
Bugingo gatanguye kwumvirizwa, hari abatanguye kuvuga ko ako karirimbo koba kibwe ku yindi yibihangange aha mu karere. Amajambo yoroheje ariko yumvikanamwo akababaro niyo umuririmvyi Akes Don yumvikana...
View ArticleVichou yakuye ukuguru, Knowless aja mu bwongereza
Akaririmbo Vichou yakoranye na Knowless kabaye akanyuma imbere yuko Butera aja mu karuhuko mu gihugu c’Ubwongereza. Inyuma y’ugukorana akaririmbo na Vichou Peace adn Love, umuririmvyikazi Butera Jeanne...
View ArticleFranck Duniano ikibazo c’amafaranga ntikivurwa iyo yakunze ikintu
Amafaranga ngo ntaraba iyo ikintu yagishimye. Ivyo biheruka gushikirizwa na Franck Duniano aho yaganira na Indundi Tv. Mu kiyago uwo mwanditsi wa KwetiKweti yagiranye na Induni Tv yamenyesheje ko iyo...
View ArticleKigingi agiye gutwenza abanya Kigali muri Seka Fest 2018
Kigingi buca ateramisha abanya Kigali mw’isabukuru Seka Fest 2018. Aho akazoba ari ku musi wa gatandatu n’uwa mungu igenekerezo rya 24 na 25/3. Aho bukera ku musi wa gatandatu Kigingi azwi cane mu...
View ArticleKidum agiye guteramisha abakunzi b’ururimi rw’igifaransa
Kidum kuri uyu wa gatandatu azoteramisha abakunzi b’ururimi rw’igifaransa, aho akazoba ari kuri Campus Kiriri guhera isaha cumi n’imwe. Kidum bugingo akiri i Bujumbura aguma ari rutumwako mu biteramo...
View Article