#indundi | Naturel niko karirimbo gashasha k’umurwi Masodja
Indirimbo ijanisha ubutumwa mu rukundo niyo iriko irategurwa kandi izoshirwa mu ngiro n’umurwi Masodja Combination inyuma y’iyo bakoranye na Mt Number one. Indundi Inyuma y’igihe gito umurwi Masodja...
View Article#indundi | Indirimbo My Baby ya Big Fizzo yakiriwe ugutandukanye
Indirimbo nshasha My Baby ya Fizzo yakiriwe ugutandukanye n’abakunzi b’umuziki ndundi. Indundi Indirimbo My Baby niko karirimbo gashasha k’umuririmvyi Mugani Desire benshi bazi nka Big Fizzo inyuma...
View Article#indundi | KIDUM agiye gukorana n’umurwi Morgan Heritage ukomoka muri Jamaica
Indirimbo hagati ga Kidum na n’umurwi Morgan Heritage ukomoka muri Jamaica Igihe gukorwa nkuko vyemezwa na Kidum ubwiwe. Indundi Umurwi Morgan Heritage ugizwe n’abana b’umuhisi w’umuririmvyi Morgan...
View Article#indundi | Knowless agiye kwubakana na Manager wiwe Clement
Urukundo rwari rwaribitse, rwarinyegeje igihe kinini gose hagati ya Knowles’s na Manager wiwe Clement rwagiye ahabona aho bemeranije kuzorushinga. Indundi Inyuma y’igihe kitari gito bahishahisha...
View Article#indundi | Ikirere carahindutse Yoya Jamal ahindura gahunda
Indirimbo yindi ya Yoya niyo izosohoka isubiriye iy’igiswahiri yosohotse inyuma ya Rukundo yaheruka gukora ibidasanzwe. Indundi Yoya Jamal ngo ivyo yashikirije imbere yuko aja mu bwongereza Kuri imwe...
View Article#indundi | Bizos na Alan Kiss bazanye iyindi ndirimbo nshasha
Indirimbo nshasha yiswe s’isi ngo niyo iriko irategurwa ngo ishirwe ahabona n’umuririmvyi Bizos arikumwe na Alan Kiss. Indundi Indirimbo ngo itari iy’urukundo ngo niyo iriko irategurwa neza ngo ishirwe...
View Article#indundi | Malayika Murinzi niyo ndirimbo nshasha ya Tom Close
Indirimbo Malayika Murinzi niyo Tom Close aheruka gusohora, ubutumwa ahanini bugahabwa Umugore wiwe n’abandi bose baguwe neza mu rukundo. Indundi Malaika murinzi wanje n’akaririmbo gashasha...
View Article#indundi New Music|Sugar By Sugar By Tds Ft Akes Don
Sugar By Tds Ft Akes Don 5,182 total views, 5,182 views today
View Article#indundi New Music|Salama Sana By sisi
Salama Sana By sisi 2,485 total views, 2,485 views today
View Article#indundi | Peace and Love irigiye gusohora indirimbo iri mu giswahiri
Inyuma ya Connection umurwi Peace and Love igiye gusohora indirimbo iri mu giswahiri yitwa Mtu wangu. Indundi Indirimbo nshasha y’umurwi Peace and Love ngo iriko irategurwa gushirwa ahabona nkuko...
View Article#indundi | Nyibuka ya Peter Niyo igiye gushirirwa amasanamu ahabona
Nyibuka indirimbo yateye impari hagati ya lolilo na Peter Niyo igiye gushirwa ahabona amasanamu. Indundi Indirimbo yateye impari nyinshi hagati y’umuririmvyi Peter Niyo na Lolilo ariyo NYIBUKA igiye...
View Article#indundi | Inyuma ya Melody, Mt Number one agiye gusohorera Akabonge amasanamu
Amasanamu y’indirimbo Akabonge nshasha ya Mt number one agiye gushirwa ahabona inyuma ya y’indirimbo Melody. Indundi Mu gihe gito Mt Number one asubiye mu leta zunze ubumwe za amerika avuye i Burundi...
View Article#indundi New Music|Forver Rmx By Dj Puis Ft Big Fizzo
[audio_id 231278] 2,297 total views, 2,297 views today
View Article#indundi New Music|Presha By Cypro Light
Presha By Cypro Light 3,187 total views, 3,187 views today
View Article#indundi | Assinah yasobanuye impamvu yambaye ikanzu yerekana uduhuzu two musi
Igituma yambaye impuzu benshi bavuga ko zitajanye n’umuco nyarwanda ngo nuko yashaka kujanisha n’ikibanza yararimwo, ivyo vyashikirijwe na Assinah umuririmnvyikazi w’umunyarwanda. Indundi Inyuma...
View Article#indundi | Iry tina yashize ahabona ico yipfuza imbere yuko akora launch ya...
Iry tina yizera ko igihe c’ugushira ahabona urukurikirane Kigwerawa azoba yamaze gukora ayandi masanamu menshi yiyongera kuri 6 amaze gukora. Indundi Igihe umuririmvyikazi Irenee Laura aheruka mu...
View Article#indundi | Amasanamu ya African Girl ya Sat-b yatwaye igifovya c’amafaranga
Amasanamu y’indirimbo African Girl Sat-b avuga ko agiye gushirwa ahabona mu misi ya Vuba, akaba yamutwaye amafaranga yababa imiliyoni 6 z’amafaranga y’amarundi. Indundi Abatari bake bari bagize ighe...
View Article#indundi | Ugukorera ibiteramo mw’Ijuru nico cotuma Diamond ava muri WCB
Diamond ngo Management yiwe itaramuha cotuma aja gukorana n’izindi management zo hanze, ariko akavuga ko nka hamwe bamubwiye ko yokorera ibiteramo mw’ijuru yokorana nabo. Indundi Diamond Platmnumz...
View Article#indundi | Induru yabaye hagati ya Shilole na Vanessa Mdee ngo bari bayiteguye
Habayemwo imyiteguro mu nduru yabaye hagati ya shilole na Vanessa Mdee nkuko Mdee yabiyagiye clouds Fm. Indundi Induru yarigize igihe ivuga hagati y’abaririmvyikazi babiri b’aba Tanzania aribo Chilole...
View Article#indundi | Diamond Baba Mkwe wa Jackline Wolper
Jackline wolper anampango wa kufanya filamu na mpenzi wake wa zamani Platnumz kwa sasa akiwa baba mkwe wake. Indundi Jackline wolper akiongea kuusu uhusiane wake na Harmonize kwenye kipindi Take one,...
View Article