Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

#indundi | Amaboko ya Sat-b arirabura kubera ama Tatouage

$
0
0
Amaboko yose ya Sat-b  asigaye yirabura kubera inyandiko canke ibicapo bamucafyeko. Uko imisi ihera niko umuririmvyi Aboubakar karume benshi bazi nka Sat-b abandanya kubatangaza Ku mubazanira ibishasha. Inyuma y’ugushira ahabona urubuga rwiwe rwa Internet  aho abakunzi b’umuziki wiwe bashobora kuzoza barakurikirana amakuru yiwe n’ibindi ubu naho yashize ahabona amashusho yerekana Tatouge asigaye afise. Sat -b […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Trending Articles