Inyuma yaho Lolilo yigishirije kuririmba abakunzi biwe babiri bakurikiranye aribo Loliane barikumwe muri kino gihe banarushinze, hamwe na Chany Queen bavyaranye umwigeme Rahma ubu abarizwa mu myaka yababa 10, ubu naho yazanye uwundi. Nkuko amakuru dukesha abegereye uwo muririmvyi hari Indirimbo nshasha ishobora kuba yanditswe n’uwo muririmvyi ubwiwe, yakozwe ikaririmbwa w’umukobwa wiwe Rahma yavyaranye na […]
↧