Akaririmbo My Blessing Lover niko karirimbo gashasha k’umuririmvyi Ruyuku Jayfire aheruka gushira ahabona muri ino ndwi buca turangiza nkuko urubuga rwiwe rwa YouTube ruvyerekana. Ako karirimbo kakaba karimwo ubutumwa bujanisha kw’ivuka ry’umwana w’umuhungu yavutse ashashaye nkuko avyivugira muri iyo ndirimbo. akavuga ko yamurondeye kuva kera none aza yamuronka. Muri iyo ndirimbo aragaruka Ku bihe akunda […]
↧