Lil Wayne ntiyasobanukiwe n’ijwi rya Audrey Iteriteka aho yamwumva asubiramwo indirimbo Hallo ya Beyonce. Akajwi ka Audrey Iteriteka azwi cane kubera ugusubiramwo akaririmbo Hallo k’igihangange Beyonce katanguye kwumvikana mu gihugu ca leta zunze ubumwe za amerika. Ku musi wa gatatu igenekerezo rya 3 ntwarante niho umuririmvyi w’igihangange Lil Wayne yakumva ubwa mbere ntiyashima kukigumizamwo ariko […]
↧