Indirimbo Mary Jane y’umuririmvyi 19th ngo yaririmvyemwo Urumogi naho ahayagizamwo umwigeme. Mary Jane ngo n’izina rindi ry’urumogi ariko rikaba rinitwa Umwigeme ni naco gituma ndirimbo yiwe vy’umvikana umengo ariko atera amashurwe umwigeme. Ivyo vyashikirijwe na 19th aho yayaga n’insamirizi Indundi aho yabazwa ivy’indirimbo yiwe. Muri ico kiganiro Indundi Hits kiba buri musi wa mbere n’uwa […]
↧