I Lile mu bufaransa hazoba hashushe cane Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 4 ntwarante(3) aho Kidum azoba yahishikiye ngo abateramishe inyuma y’ukuva I Brussels mu bubirigi. Inyuma y’ububirigi, ubufaransa nibwo bugiye kwakira umuririmvyi Kidum kibido mu giteramo kizoba Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 4 ntwarante(3) ahitwa lile nkuko yabiyagiye ikinyamakuru Indundi Magazine. Kuva […]
↧