Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

#indundi | Amasanamu y’indirimbo Sat-b yakoranye na Urban Boys vuba cane arashirwa ahabona

$
0
0
Sat-b na Bukiv Label buca bashira ahabona amasanamu y’indirimbo nshasha yakoranye na Urban Boys.  Inyuma y’agacerere katari gato Sat-b yaheruka kugira, yamenyesheje ko Vuba cane amasanamu y’indirimbo yakoranye na Urban Boys ifadikanije na Aime Bluestone buca aja ahabona. Ivyo bikaba bishimangirwa na Dj Jackson asanzwe ariko aramufasha mu bikorwa bitandukanye harimwo umukorera iyo ndirimbo hamwe […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Trending Articles