Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

#indundi | Abidjan irakora kuri Beyonce igasha

$
0
0
Beyonce yasavye imiliyoni 4 z’amafaranga y’amanyamerika amanya Abidjan bashaka ko ashika muri ico gihugu kubateramisha.  Mu gihe yarakirindiriye gukora igiteramo c’agakura I Paris mu Bufaransa, Beyonce yararondewe I Abidjan muri Cote d’ivoire ngo ahakorere igiteramo. Ishirahamwe SODA ryarashaka kumuzana ryasanze ryashatse kuramukanya n’abo batanga kuko bunamitse umutwe aho bumviye ifakara ry’amafaranga yabaciye kugira ahashike. Abaserukizi […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Trending Articles