Inyuma y’indirimbo Umusaraba w’Urukundo yanavugishije abatari bake mu bakunzi b’umuziki, co kimwe n’ab’iwabo na mwene indirimbo, Riche agiye gushira ahabona amasanmu y’akandi karirimbo kuri uyu wa 5. Ako karirimbo azoshira ahabona kuri uyu wa 5, R Flow yakise LOVE, abakunze gukurikirana ivyiwe, baca bibuka ko hari ako yari yasohoye mu mwaka wa 2019 mu kwezi […]
↧