Inyuma yo kugenda akora zimwe mundirimbo zigakundwa n’abatari bake hano mugihugu ndetse n’abari hanze y’igihugu ni Lizzo abandanya akora ibikora inka muri uyu muziki w’Uburundi aho ubona ko abandanya yigarurira imitama y’abatari bake mugukora indirimbo zifise Ubutumwa bwiza ndetse zigasohokana amashusho abereye ijisho. Ni Lolilo Inyuma yo gushira ahabona indirimbo yiwe yise KAMEDATA yashikorije amwe […]
↧