Kidum ngo agiye gusubira kuza i Bujumbura, kuko yasanze yarihenze mu kuvuga ko atazogaruka. Nayo imbeba ngo ni zimenye ko naho ziriko zitambira ku meza, akayabu bitebe bitebuka kazogaruka. Nimbona akaba abishikirije mu gihe hari hagize imisi hari impari nyinshi n’uguterana amajambo hagati ya Sat-b na Big Fizzo, ibidashimisha bose. Ariko kandi bibaye mu gihe […]
↧