Inyuma y’urugendo rumutwara muvyigwa aho asanzwe ari mu gihugu ca Chypres arabandanya gukora ibikorwa vy’umuziki aho ubona ko abandanya akora ivyiza naho atari hafi. Aho aheruka kubaza abakunzi b’ibikorwa vyiwe uko bokwiyumva abakoreye akantu arikumwe na Mb Data ako yashoboye kugereranya n’isupu munyuma akabishira mu ngiro mugukora indirimbo imeze neza bise SIPIRIPIRI arabandanya aho ubona […]
↧