Inyuma yaho hagiye haraboneka uguterana amajambo kumpande zose uruhande rumwe ruti ntahiganwa rihaba hagati yajewe na naka uwundi nawe ati narasuzuguwe mfatwa nabi, ariko munyuma uwateguye igiteramo agasukamwo mabisi mukuvuga intumbero nyamukuru y’igiteramo, Big Fizzo we ntiyatinye kuvuga ko kitakibaye. Abicishije kuri Indundi TV ni Big Fizzo yagize ati: Igiteramo kiramaze kwuzura kandi atamunyamahanga ariko […]
↧