Kuba Kebby ataco ashira ahabona, Black g ngo siwe vyavuye, ariko akizeza ko hari ibishasha ariko arategura. Abantu ngo bokwicara biteguye. Black g ngo ntiyariye inguvu Kebby boy basanzwe babarizwa hamwe muri LEC Entertaiment, ahubwo ngo nuko ariwe ari hagufi, abantu baguma babona cane ivyiwe. Ariko ngo na Kebby nawe bigiye kuboneka. Mu kiganiro na […]
↧