Linah yavuze uwamukoreye nabi, anavuga n’ico yibaza ko vyoba vyavuyeko. Ariko akagirako anasaba ko bokingirwa. Linah co kimwe n’umushingantahe wiwe Vivi bavuze ku wuheruka kugirira nabi uwo muririmvyikazi w’umurundi, aho yariko arataha aho basanzwe baba. Ariko agasaba kandi ko bokingirwa bagahabwa umutekano ukwiye. Mu kiganiro na Mashariki Tv, Linah co kimwe na Vivi bemeza ko […]
↧