Abagize umurwi Mirror Team bashimye gukora buri muntu Ku giti ciwe, ngo berekane ubutwari bwabo, uwuzosohora akaririmbo ubwa 1 ni Aime. Mu gihe buca ashira ahabona akaririmbo kiwe yikoranye ka 1, Aime Loveness yaganiriye n’ibinyamakuru ababwira impamvu yashimye kwikorana wenyene. Nkuko yabiyagiye mugenziwacu ngo umurwi Mirror Team nta binebwe bibayo, ni naco gituma bashimye kuvyerekana […]
↧