Naho yabisabwe n’abakunzi b’ibikorwa vyiwe batari bake, Chonge nawe yarafise umugambi w’ukuririmbira umukunzi wiwe. Akaririmbo ndi mu rukundo ngo yakaririmbiye umukunzi wiwe, ivyo akaba aheruka kubishikiriza mu kiyago gito yagiranye na Indundi Magazine. Uwo tuvuga s’uyundi ni Chonge asanzwe akorera umuziki wiwe muri amerika, uwo akaba yaheruka gushira ahabona amasanamu y’akaririmbo Nkunda ngukunde yakoranye na […]
↧