Akaririmbo gashasha buca kaboneka kubera akagobera k’abakunzi b’ibikorwa vya Etoile du centre. Indirimbo nshasha ya Etoile du centre abantu ngo bayitege, ivyo biheruka kwemezwa na Willy bakunze kwita Willy Etoile du centre. Aganira na Indundi Magazine, uwo muririmvyi akaba yamenyesheje ko ako karirimbo bagakoze kubera akagobero k’abakunzi b’ibikorwa vyabo. Tumubajije nimba ata mugambi bari bafise, […]
↧