Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Masterland mu karirimbo Sabwe yabonetse ku mboneshakure ikomeye yo muri Nigeria

$
0
0
Masterland n’akaririmbo kiwe Sabwe babonetse ku mboneshakure ikomeye mu gihugu ca Nigeria ” Nigezietv”. Hampande y’ukuba kariko karabwa cane gusumba utundi turirimbo twiwe kuri Youtube, akaririmbo “Sabwe” kanatanguye kwerekanwa ku mboneshakure irabwa cane mu gihugu ca Nigeria ” Nigezietv “.  Ivyo uwo muririmvyi akaba yabishikirije ku rubuga rwiwe rwa Facebook gaherekejwe n’ishusho ryako ryafashe kariko […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Trending Articles