Abaririmvyi b’Abarundi batari bake bagize igihe bariko bashira ku mbuga ngurukana bumenyi bimwe mu ibikorwa vyabo, abo bakereka abakunzi b’umuziki wabo aho bashobora kubashigikirira. Inyuma ya Fortran Bigirimana gushira ahabona urukurikirane naho bashobora kuyigurira, Sat-b akerekana aho bogurira Nyampinga, Heavenly Melodies nayo nyene ntibatanzwe, umuririmvyi Mt number one nawe yashize ahabona aho bashobora kugurira indirimbo […]
↧