Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Video | Munyare asaba leta kugarukana Ibinyugunyugu kuko vyahonye

$
0
0
Gitoro na Munyare bemeje ko ibinyugunyugu vyahonye, Munyare agasaba ko leta yoraba ikabigarukana. Ibikorwa vya Comedy kuri Gitoro ntibihagarara, ahubwo bibandanya bishirwa ahabona. Comedy zitari nke bakoranye n’umurwi Ninde zibandanya zisohoka buke buke. Ubu naho akaba yasohoye ikiyago yagiranye na Munyare yiswe Muremeshakiyago muri ico gikino. Murico Munyare ntarya umunwa mu kuvuga ko ata muyagankuba […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Trending Articles