Dear Mama niko kazina k’akaririmbo gashasha k’umwe mu baririmvyi bakiri bato ariko bariko bagerageza gutora imbere uwo nawe s’uwundi ni Wawa. Mu kiganiro yahaye Indundi Magazine yamenyesheje ko iyo ndirimbo yayikoze yisunze umusi mukuru w’abagore uhimbazwa buri mwaka igenekerezo rya 8 ntwarante(3). Muri ico kiganiro yamenyesheje ko yashatse kwerekana uruhara rw’umuvyeyi, Wawa yamenyesheje ko atako […]
↧