Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

#indundi | Jiji Seven yasabiye Uburundi ko icivugo cabwo coba Ukuri

$
0
0
Iciyumviro c’ugukora iyo ndirimbo cavuye Ku bibazo yabonye I Burundi inyuma y’ukuvayo akerekeza muri Sweden aho asanzwe aba. Jiji seven ubu abarizwa mu gihugu ca Sweden aho yasanze umutambukanyi wiwe yashize ahabona indirimbo nshasha yise “Shine your Light”, iyo ikaba yakorewe muri ico gihugu abarizwamwo ubu. Mu kiganiro yahaye indundi magazine yamenyesheje ko iyo ndirimbo […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Trending Articles