Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

#indundi | Dudu T. Niyukuri mu ndirimbo y’isengesho

$
0
0
Akaririmbo k’isengesho niko kagira kaze gakurikira indirimbo Gloria Dudu T. Niyukuri aheruka gushira ahabona mu mpera z’umwaka wa 2015. Akaririmbo n’akisengesho.. Ayo niyo makambi umuririmvyi Dudu Niyukuri yashikirije aho yabazwa Ibijanye n’indirimbo nshasha ariko arategura gukora muri ino misi ya Vuba. Nkuko yabuyagiye ikinyamakuru Indundi Magazine, ico gihangange mu muziki ndundi wo gutazira Imana, yamenyesheje […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Trending Articles