Inyuma y’isohoka ry’indirimbo Rukundo y’umuririmvyi Issa Jamal benshi bazi nka Yoya, hatanguye kuboneka agace k’amasanamu y’iyo ndirimbo nkuko abatari bake babandanya bakaronka Ku mbuga za WhatsApp n’izindi. Twahavuye turondera uwo muririmvyi ngo agire ico abitubwiyeko, yamenyesheje ko iyo ndirimbo yamaze guhera gufatwa amasanamu ariko ko hataragera ko ishirwa ahabona. Iyo ndirimbo yakozwe na Ma-riva mu […]
↧